CONCERT LOVE LOVE ca SAL - G & MISS ERICA BATEGUYE
MUNYUMA YAHO UMURIRIMVYI SAL - G ASANZWE YUBAKANYE N'UMURIRIMVYIKAZI MISS ERICA BARONSE IKIBONDO C'UMWANA W'UMUKOBWA. BABATEGURIYE IGITERAMO KIDASANZWE BAKA BANCISE LOVE LOVE. AHO BAZOBA BARIKO BARAGAGAZA URUKUNDO RWABO BARI KUMWE N'ABAKUNZI B'UMUZIKI BABA MUNTARA YA BUBANZA.
Twobanyesha y'uko IYI CONCERT LOVE LOVE izoba kw'igenekerezo rya 27 NDAMUKIZA 2014 guhera igihe c'isaha indwi zuzuye niho kizotangura aho bazobateramisha ibidasanzwe SAL -G & MISS ERICA. aho bazobica bigacika ngaho i BUBANZA aho benshi bakunze kwita NGANDA , kw'injira azoba ari amafaranga make cane gose n'igihumbi kimwe gusa cuzuye.
FRANCK.PRO yarashoye kuyaga n'umuririmvyi SAL - G icatumye we n'umufasha MISS ERICA biyumvirira gukora igiteramo bakancita LOVE LOVE.
SAL - G ati: N'uko twashatse kuryoherwa hamwe n'abafans bacu mu kwerekana Urukundo rwacu dukundana n'umufasha wanje MISS ERICA.
BAKUNZI B'UMUZIKI MURI MUNTARA YA BUBANZA KAZE MURI BENSHI MUGITERAMO LOVE LOVE AHO SAL - G na MISS ERICA bazobica bigacika bariko barasangira umunezero na mwe.
ABATUMIRE BAZOKWIFATANYA HAMWE NA SAL -G & MISS ERICA.
============================
BIG DIMA ,IVERSON ,EUROMIX , B THE GAME ,ABDOUL , OLIRA , INGABIRE NC.
TWOBAMENYESHA Y'UKO UMURIRIMVYIKAZI CHANY QUEEN AZOBA YISHIKIYE NAWE MUKUBATERAMISHA MUGITERAMO LOVE LOVE.
Ushaka kumenya vyinshi raba ngaho munsi kur'iyo shusho y'igiteramo LOVE LOVE.
( Affiche Concert LOVE LOVE )