UMURIRIMVYI SD LE PYGME IMISTARI YANJE BURYA ?
UMURIRIMVYI SD LE PYGME HARAHEZE AMASAHA ASHIKA KURI ABIRI AMENYESHEJE Y'UKO IMISTARI ARIYO AMAJAMBO ARIRIMBA MU MUZIKI WIWE KO IRYOSHE CANE KUMVIRIZA N'UKO NGO ABANTU BENSHI BATAYITAHO KUYUMVIRIZA KANDI YOBAFASHA VYINSHI KUKO ARIMWO IMPANURO NYINSHI Z'INKORAMUTIMA.
SD LE PYGME YAGIZE ATI: Imistari yanje iraryoshe burya nuko benshi batitaho yobafasha ikintu kinini mubuzima no mumwuka.raba nkaka::nimfaturugenda nerekeza mwijuru,ndikumwe n'abamarayika banje,bamwe bandinda buri munsi bamperezamakuru.
UMUZIKI WA SD LE PYGME
======================
bamwe bambwira k kuba hustle boy murinosi ataco bitwaye, kwiherezo ryacataringaha ahubwo k bamwe tuzosubira kumizíyotwavuye,uzerekwumugambi wibi vyose kwicatumye so wawe yitabimana inyuma gato yo kukuvyara mama wawe akugwanira vampires zishaka kukurya.............my niggas nimuyirindire yitwa NIMPFA NZEREKWA BY MASTER BK,SD LEPYGME&FROLIS muri chorus(ni F.DONET&EAST CAMP PRODUCITION)