CONCERT STAND OF JESUS OUTREACH BY DUDU T.NIYUKURI
Umuriririmvyi DUDU T. NIYUKURI ari mu myiteguro y'igiteramo kidasanzwwe azokorera mugihugu kibanyi c'u RWANDA nkuko musanzwe muziko ari umuririmvyi aririmba indirimbo zihimpaza Imana , aratumira mwese muri mugihugu kibanyi c'u Rwanda ko mwozza muri besnhi gusangirira hamwe imigisha n'imihezagiro iva mw'ijuru kwa data watwese.Abazokwifatanya na DUDU T. NIYUKURI n'abaririmvyi bo mu RWANDA benshi bazi ku mazina ya AIME UWIMANA, PATIENT BIZIMANA, Ps JULIENNE KABANDA hamwe na ALARME.
Ico giteramo DUDU T NIYUKURI akazogikora itariki 7.09.2014 ku munsi w'Imana ( SUNDAY , KU CYUMWERU ) ikibanza kizoberamwo azoba ari kuri CHRISTIAN LIFE ASSEMBLY kwinjira ni 2000 Frw mugisagara ca KIGALI
Twobabwira ko ico giteramo ca teguwe n'umuririmvyi DUDU T. NIYUKURI mugukwiragiza ubutumwa bw'Imana acisha mundirimbo mpimbaza Mana akora kandi zihezagira abatari bak. Igiteramo ya ncitiriye STAND OF JESUS OUTREACH
DUDU T. NIYUKURI akaba yashoboye kubitangaza k'urubuga rwiwe agira ngo :" Closer and closer, day after day we are getting ready for the big day, the Concert in Kigali. Come out people and STAND 4 JESUS. Bring someone with u, don't come alone. Get ready the atmosphere is changing. Special guest AIME UWIMANA, PATIENT BIZIMANA, Ps JULIENNE KABANDA and ALARME."
Kwirikirana kimwe mugiteramo ya koreye mugihugu kibanyi c'u Rwanda.