Thursday, 2025-01-09, 9:27 PM
DUTEZE IMBERE UMUZIKI MU BURUNDI MainSign UpLogin
Welcome Guest | RSS
Site menu
Section categories
My photos [240]
This section contains my personal photos.
My family [5]
Tag Board
Statistics

Total online: 1
Guests: 1
Users: 0
 NEWS BURUNDI ARTISTS 
Main » Photo album » My photos » Sat – B arahakana ibivugwa ko yoba ari umu illumin

Sat – B arahakana ibivugwa ko yoba ari umu illumin

Inyuma y’aho umuririmvyi Sat- B atanguye kuja gukorera indirimbo mu Buganda ku muhinyanyizi Washington, akanaronka umutunganyabikorwa ( Manager ) Dj Jackosn hari abatanguye kuvugako Sat-B yoba ari umu ulluminati.

Bivuye kuma sigise amaze iminsi afise ku bakunzi b’umuziki mu Burundi, hari abatanguye kuvuga ko Sat-B yoba asigaye yarayobotse inzira y’aba ulliminati kuko biboneka ko afise igikundiro kidasanzwe bagereranije n’ico yarasanganywe mu muziki. Amakuru Sat-B yahaye ikinyamakuru IGIHE Burundi, yavuze ko ivyo bamuvugako atari vyo na gato. Yabihakanye agira ati : “muvy’ukuri ntabwo Sat-B noja muba illuminati na manager wanje ntiyovyiyumvira, kuko iyo umuntu afise ibintu vyiza ntiyobura kuronka abafana ikindi gusa ntawobuza abavuga gusa nibandeke mbege ubugari kuko bwacumbwe n’umuvyeyi wa twese”.

Sat-B avuga ko yizeye ingabirano yiwe yo kuririmba kandi ayigenjejemwo neza izomushikana kure ku rugero rushimishije. Kurubwo rero ngo nta mpamvu yoja muvyo kurondera inguvu mu gukurikirana ibintazi. Abandanya avugako hari n’abantu benshi bamwandikira baciye ku rubuga rwa Facebook babimubaza maze akabibahakanira mugabo bakanka kuvyemera ngo kuko babona asigaye afise ibintu vyinshi vyahindutse mu muziki. Ariko ngo boshaka bakanavyemera kuko arobanura indiririmbo nziza nziza akaba arizo aja gukorera i Kampala. Ukuba naho asigaye akundwa n’abantu benshi ngo ntabisigura ko aja muba illuminate.

Ati : “ugukundwa biva ku kuntu nafashe intumbero yo gukora nitanze kugira ngo nzane ihinduka mu muziki wanje. "kukaba nkako, avuga ko kuva na kera indoto ziwe ari ugushikana umuziki wiwe ku rugero mpuzamakungu kuko abona abandi benshi bamenyekanye cane ata gikomeye bamurusha, uretse kuvyitaho no kuronka uburyo buhagije.
In real size 600x600 / 70.4Kb
663 0 0.0

Added 2013-10-26 dutezeimbereumuziki

Total comments: 0
Name *:
Email *:
Code *:
Login form
Search
Site friends
  • Create a free website
  • uCoz Community
  • uCoz Textbook
  • Video Tutorials
  • Official Templates Store
  • Best Websites Examples
  • Copyright MyCorp © 2025Website builderuCoz