GURA ALBUM NI SALAMA NSHASHA YA ALINE VYUKA
Umuririmvyikazi ALINE VYUKA asanzwe aririmba indirimbo mpimbazamana akaba yarashoboye kwihebera Imana mugihe yamukore ibitanganza ikanongera ikamukura m'umwijima wa SATANI.
Mukaruhuko uwo muririmvyikazi w'Imana ALINE VYUKA asanzwe arimwo mugihugu ca Tanzania arakomeje gukora ibikorwa Imana yamutumye mukuyihimbaza hamwe no gutangz ubutumwa bwiza bw'Imana. Kugeza ubu akabarakoze ALBUM NSHASHA yitwa NI SALAMA urwo rutonde rwose rugize ALBUM nshasha NI SALAMA yazikoreye zose mugihugu ca TANZANIA.
Mukunzi w'indirimbo mpimazamana kaze wigurire iyo ALBUM nshasha NI SALAMA y'umuririmvyi ALINE VYUKA uzohezagirwe n'ubutumwa burimwo businzwe amavuta y'Imana.
AMAZINA AGIZE ALBU NI SALAMA BY ALINE VYUAKA
1. NI SALAMA
2. JINSI NILIVYO
3. MUKAMA WANGE
4. IPO SIKU
5. MUME MWEMA
6.IPO SIKU
7. OHEREZA
8. NI KWANEEMA NA REHEM
Indirimbo mpimbazamana uzosonga muri ALBUM nshasha NI SALAMA ya ALINE VYUKA uzosangamwo indirimbo nyinshi zizogumfasha gushishikara mugakiza k'Imana yacu yo mw'ijuru
ALINE VYUKA akaba ari mubaririmvyikazi ba Gospel Burundi bakomeje gukora igikorwa c'Imana bagikunda nkuko Imana yakimutumye m,ugukwiragiza ubutumwa bwabo kw'isi yose.
Twobabwira ko ALINE VYUKA aba mugihugu ca AMERICA amamuko yiwe akaba ari umurundikazi , Aline Vyuka murako karuhuko arimwo mugihugu ca TANZANIA akaba amaze kubonana n'abarongozi bakuru barongoye abaririmvyi n'abaririmvyikazi bose baririmba indrimbo m[imbazamana , akaba yaranashoboye kubonana n'umuririmvyikazi BAHATU BAKUKU.
Umuririmvyikazi ALINE VYUAKA aririmba indirimbo mpimazamana aranakomejwe gukundwa cane n'abavugabutumwa b'ijambo ry'Imana hamwe n'abakozi bakora igikorwa c'Imana ari imvukira zo ngaho mugihugu ca TANZANIA iryo rikaba ari iteka ku muririmvyikazi ALINE VYUKA yatewe n'Imana rikongera kandi rikaba n'Iteka ku gihugucacu c'uburundi mubikorwa vy'abaririmvyi baririmba indirimbo mpimbazamana.
HMAAGARA UMURIRIMVYIKAZI ALINE VYUKA UKABA UKENEYE KUGURA ALBUM YIWE NSHASHA NI SALAMA. Mwakure kurizi nimero zikwirikira.
USA : 605- 201-8124
605- 592-6540
605-201-7352
5408197659
Available from September
Tanzania : 255717025328
Available now
Burundi : 257- 791-67732