IMAGAFRIKA International "AFRICA MAMA CONCERT"
KW'igenekerezo rya 14 NTWARANE 2014 harategekanwa igiteramo gikomeye cane gose ncitiriwe "AFRICA MAMA " Aho kizoba kigizwe n'abaririmvyi batandukanye mu kuririmba mu ndimi zitandukanye nk'a : kirundi, anglais, français, kinyarwanda swahili, lingala luganda, kikuyu, mashi.
IMAGAFRIKA International IRAMENYESHA KO MWOZA KUBWINSHI MURI BENSHI K'UWO MUNSI W'IGITERAMO KUKO HAZOBA HARI ABARIRIMVYI BENSHI CANE GOSE MU VY'UMUZIKI. Aho hazoba harimwo nka : Frenki, Afande, El Pedro, Olga, Chany Queen, Paggio, Kiki, Mkombozi, Yvan, Selector Bless Alfa, Birori, Samantha, Black G.
IKIBANZA KIZOBERAMWO IGITERAMO NI Cercle Nautique iri Bujumbura
kikazotangura igihe c'isaha umunani z'umurango hama mu kwinjira mugiteramo ni amafaranga ibihumbi bitatu gusa k'umuntu umwe gusa.
KAZE MURI BENSHI KW'IGENEKEREZO RYA 16 NTWARANTE NTUZOVUGE NGO NTITWAKUBWIYE UMUNSI URIKO URAVYUMVA BABIVUGA KO IGITERAMO CARI KIRYOSHE CANE BAHAYEGIZA ABARIRIMVYI BARIRIMVY UWO MUNSI. BA URATEGURA AMAARANGA YO KW'INJIRO NI 3.000 Fbu gusa