Saturday, 2025-01-11, 4:48 AM
DUTEZE IMBERE UMUZIKI MU BURUNDI MainSign UpLogin
Welcome Guest | RSS
Site menu
Section categories
My photos [240]
This section contains my personal photos.
My family [5]
Tag Board
Statistics

Total online: 1
Guests: 1
Users: 0
 NEWS BURUNDI ARTISTS 
Main » Photo album » My photos » MENYA UMURIRIMVYI NIJEMBAZI DULLY JEANS KUBATAMUZI

MENYA UMURIRIMVYI NIJEMBAZI DULLY JEANS KUBATAMUZI

UMURIRIMVYI W'UMURUNDI AHO MURI KINO GIHE ARIKO ARATERA IMBERE CANE GOSE AHO ASANZWE AKORERA UMUZIKI WIWE MUGIHUGU CA KENYA. UWO NAWE S'UWUNDI AKABA YITWA Nijembazi Dully Jeans.

NIJEMBAZI DULLY JEANS akaba akorera ibikorwa vy'umuziki mu gihugu ca KENYA aho ageze kurwego rukomeye cane gose rw'abaririmvyi bo muri kenya ubu akaba ari muba SUPER STARS bakomeye muvy'umuziki ngaho muri KENYA.

TWARASHOBOYE KUGANIRA NAWE YARATWIGANIYE UKO YATANGUYE UMUZIKI N'UKO YAGIYE ARAKORA INDIRIMBO ZITANDUKANYE NGAHO NYENE MURI KENYA.

NIJEMBAZI DULLY JEANS YAGIZE ATI:"" Muri make .umuziki ndawukunda nanawukunze nkiri muto mumya naringezemwo yari nka 15 yamavuko. nari niga muri primaire yo Mukaronda muri Rumonge(comune) natanguriye kundirimbo yitwa;ABARUNDI TURARUSHE ; yariyo kurwanya IBITURIRE. Aho niga nko mumwaka 7 . kuri college nkuru yo mu Karonda. twari nkumurwi twiyita HAPPY BOYZ ,Twari umurwi twiyita HAPPY BOYZ. nshitse muyicumi naciyenja Nairobi kenya. ncaniyunga nabaririmvyi baha.

muri make .umuziki ndawukunda nanawukunze nkiri muto mumya naringezemwo yari nka 15 yamavuko. nari niga muri primaire yo Mukaronda muri Rumonge(comune) natanguriye kundirimbo yitwa;ABARUNDI TURARUSHE ; yariyo kurwanya IBITURIRE. Aho niga nko mumwaka 7 . kuri college nkuru yo mu Karonda. twari nkumurwi twiyita HAPPY BOYZ ,Twari umurwi twiyita HAPPY BOYZ. nshitse muyicumi naciyenja Nairobi kenya. ncaniyunga nabaririmvyi baha.:""

BIMWE MU BIBAZO TWABAJIJE UMURIRIMYI DULLY JEANS :""

Umaze gushika muri Kenya ukiyunga n'abo baririmvyi baba Kenya warabandanije nabo mu vy'umuziki?

NIJEMBAZI DULLY JEANS yishuye ati:"" ndaririmba barankunda cane. nsohora iyambere nise NIMEMPATA Ndayikorona n umu raper yitwa Dikariz. Imana irankundira barayikunda. ncanteka umutwe nandika iyindi yuguhimbaza Imana ndayita ALINIWEKA JUU. Nayonyene irabica biracika mva mubu ender ground nja up coming ubu ndashima ndi umu super Star baravyemera bose. hama ndatumirwa mundirimbo ya Nairobi all Star tuyita MVUA YA MAWE , IRikuri top uburero nkuko Mkombozi na Shani Queen babinkundiye nzoza banfashe indirimbo ndiko ntegura.

ntibagiye nashaka gutumira abarundi mundirimbo ndiko ndarangiza irimuri studio ndayise ;SWAGGA ZAKO. Ndayemera , nizere ko mwese mizoyemera Imana ibinyemereye ndiko nza BUJUMBURA guko Clip kuri Alpha Sistem . ""

Twoshaka tukubaze kuki none indirimbo zawe zose washimye kuziririmba mururimi rw'igiSwahili ?

indirimbo yanje yambere yitwa ;ABARUNDI TURARUSHE ; Niy ikirundi , niyigira2 yitwa ; NYUMVIRIZA NCUTI. izo ubona kuri Youtube nizo mu GIswahili , ninacogituma ngira nkore ibikunda vyose nkore clip yizo ndirimbo z'ikirundi nzoca ndazishira kumugaragaro abakunzi banje bazibone.""

IMWE MU NDIRIRIMBO YA NIJEMBAZI DULLY JEANS YARIRIMBANYE N'ABARIRIMVYI BABA KENYA AHO MURIYO NDIRIMBO HARIMWO ABARIRIMVYI BABARUNDI BABIRI HAMWE N'ABARIRIMVYI BABA KENYA INDWI

In real size 540x960 / 99.7Kb
509 0 0.0

Added 2014-02-23 dutezeimbereumuziki

Total comments: 0
Name *:
Email *:
Code *:
Login form
Search
Site friends
  • Create a free website
  • uCoz Community
  • uCoz Textbook
  • Video Tutorials
  • Official Templates Store
  • Best Websites Examples
  • Copyright MyCorp © 2025Website builderuCoz