Saturday, 2025-01-11, 1:40 AM
DUTEZE IMBERE UMUZIKI MU BURUNDI MainSign UpLogin
Welcome Guest | RSS
Site menu
Section categories
My photos [240]
This section contains my personal photos.
My family [5]
Tag Board
Statistics

Total online: 1
Guests: 1
Users: 0
 NEWS BURUNDI ARTISTS 
Main » Photo album » My photos » INARUNYONGA ARANEGURA UMUHINYANYUZI WILLY

INARUNYONGA ARANEGURA UMUHINYANYUZI WILLY

HARI KWIGENEKEREZO RYA 22 NTWARANTE 2014 IGIHE C'ISAHA ICENDA N'IGICE Z'IJORO NIHO UMURIRIMVYIKAZI MU BURUNDI anzwi kw'izina rya INARUNYONGA YASHIKIRIZA ABAKUNZI BIWE B'UMUZIKI MU BURUNDI KO ASHAVUYE CANE GOSE KUBERA NGO UWARI YARIYEMEJE GUKORA ISANAMU Y'UMUZIKI "" URIHE " YAMUBESHE NGO AZOMUKORERA ISANAMU GUSHIKA N'UBU NGO HAHEZE UKWEZI UMUHINYUZI WILLY YINUMIYE ATACO YINONA

IVYO UMURIRIMVYIKAZI INARUNYONGA YASHIKIRIJE ABABAYE CANE GOSE KANDI ASHAVUYE AKABA YABONYE ATOVYIGUMIZA KUMUTIMA YACIYE ABISHIRA KUMUGARAGARO KUGIRA ABAKUNZI B'UMUZIKI BIWE CANKE MU BURUNDI BABIMENYE, AGIRA NGO :
=======================================================
Ubu nisaha 03h:30.ndashavuye kandi ndababaye nabantu bantesheje umwanya ngo nipfashanyo bagiye kumpa kumbe ni profi kanaka bashaka.aba fans banje mwese muzi ko navuze clip ya URIHE iraje vuba mumbabarire kuko uwayikoze ntiyayihejeje bivanye nimvo atigeze abwira.ikimbabaje nuko igihe yasanga Dr jack arikuyiheraheza audio yarayishimye amubwira Dr jack ambwire ndamurondere tuyikorere clip kuko yayishimye apfashe gukora clip kubuntu!ikibazo ese yarashaka koko kupfasha bivuye kumutima canke?nanje sindamenya inyishu kuko na phone yiwe yaranshize muri liste noir!ubwambere narinzi ko WILLY SINGIRANKABO yafashe urugendo niyompamvu ntakimuronka none abantu babwiye ko arihano Buja na phone yiwe icamwo.amaze kubwira ndamurondere naramurondeye abwira ndondere amahera ya deplacement nayokurya, narayarondeye turagenda na THE DUNIAHNO turakora,burira tutaraheza abwira tuzoheraheza munyuma,munyuma ndamubwira duheze abwira ntamahera yogukodesha camera afite,narikubise mubagenzi barankopesha ndamuha amahera ya camera kugira duheraheze clip noguca dukora iyindi,amaso yabaye ayo!

YABANDANIJE AGIRA ATI :
=======================

kandi nari namubwiye ko ngomba gufata urugendo kandi nzoteba gato.nukuri sindamenya ico yashatse gushikako nubu.kugira mbivuge nuko haci ukwezi yihoreye nubu.kuko uwo namenye ico yashatse gushikako ni RUBANZA JAY we yantesheje umwanya ngo ni promo agiye kumpa kandi ariwe anyihamagariye kumbe yashatse ibindi,ndabivuze kubera namuhaye umwanya kugira yihanure ampamagare mperaheze indirimbo yanje nubu atigeze ampamagara kandi ndabifitiye ubuhamya ivyo ndikuvuga.bahungu mwihanure kuko INARUNYONGA atandukanye nabenshi mwahuye. numwigeme akunda agaciro.maze kumenya agaciro niki kandi sinzohemukira agaciro.hahahahaha amanyo araguseka arayawe kweli ndemeye.umukene nivyatsi ntibimuha inzira pe! Bakunzi banje mumbabarire clip ntayo, nzoyikora nindonka amahera yanje niho nzokora ama clip ntamuntu azongera kuntesha umwanya ngo nukupfasha.bishobotse numuziki nzowukora nindonka amahera yanje.MANA ndinda ibibintu kandi vyokuntesha umwanya.nkutwo duhera narikudukoresha ibindi kuko ndumukene turambabaje pe!ndashimira aba producteur bapfashije numutima wurukundo AMIR PRO.DR JACK na ZACK CLASSIC na KOOK-K thx all,Imana ibahe umugisha abankunda bose même nabantesha umwanya.

IYI NIYO SANAMU UMUHINYANYUZIN WILLY GUSHIKA N'UBU ACIYE INYUMA UMURIRIMYIKAZI INARUNYONGA GUSHIKA N'UBU. AHA BAKWEREKA INGENE YARI ATANGUYE GUKORA ISANAMU Y'UMUZIKI URIHE
====================================================================

In real size 1024x683 / 121.0Kb
423 0 0.0

Added 2014-03-22 dutezeimbereumuziki

Total comments: 0
Name *:
Email *:
Code *:
Login form
Search
Site friends
  • Create a free website
  • uCoz Community
  • uCoz Textbook
  • Video Tutorials
  • Official Templates Store
  • Best Websites Examples
  • Copyright MyCorp © 2025Website builderuCoz