INARUNYONGA Yasobanuye ibijanye n’uburyo yambara
INARUNYONGA ni umuririmvyi w’umurundikazi bimaze kuboneka ko agenda atera intambwe umunsi ku munsi. Uyu rero arakunda guhamagarwa mu biteramo bitandukanye bibera hano i Bujumbura. kenshi usanga abantu bamubonye uko aja imbere yabo aririmbira bibaza vyinshi, bamwe bakaba banamwibaza uko atari.
Ivyo vyatumye tumubaza igituma akunda kuba yambaye agakabutura gatoyi kandi kamufashe birenze, akakarenzako agapira nako nyene kamwegereye cane. abantu babibona biratuma bibaza ugutandukanye ; bamwe bati ni imaraya abandi bati ni vyiza.
We avugako ivyo vyose bidasigura ko ari imaraya ahubwo ni uko akunda cane Umririmvyikazi .ray c