Friday, 2025-01-10, 6:33 AM
DUTEZE IMBERE UMUZIKI MU BURUNDI MainSign UpLogin
Welcome Guest | RSS
Site menu
Section categories
My photos [240]
This section contains my personal photos.
My family [5]
Tag Board
Statistics

Total online: 1
Guests: 1
Users: 0
 NEWS BURUNDI ARTISTS 
Main » Photo album » My photos » UMURIRIMVYIKAZI ALINE VYUKA NI NDE KUBATAMUZI ?

UMURIRIMVYIKAZI ALINE VYUKA NI NDE KUBATAMUZI ?

Umuririmvyi akongera akaba umukinyi w’inkino zimpanuro “Aline Vyuka” ahaye atambura intambwe mubikorwa vyiwe

Aline Vyuka numwe mubaririmvyi babarundi kandi asanzwe atuye mumugwi musanzwe muzi ukomeye urimwo abaririmvyi rurangiranwa mugisata c’indirimbo z’Imana muri USA ariwo UBS Gospel (United Burundian Gospel Singers), uno muririmvyi numwe kandi mubakina inkino zo guhanura no kuremesha uncuti nabagenzi. Uno mwigeme numwe mubafise ishaka ningonga nini mubikorwa nkibi bisanzwe arivy’ inkino cane uburirimvyi. Aline Vyuka avuga ko bino bikorwa biri mumaraso yiwe kuko nibintu yiyumvamwo gukora kandi akaba azi no kwedita ama video hamwe no kumenya bimwe bimwe vya production. Nabigeme bake usanga bafise ubwo bumenyi tugiye mubintu vya production, ariko uno mwigeme avuga ko ari ibintu yifuza kumenya cane kandi agira umwete mwinshi wo kubikurikirana.

INDIRIMBO YIWE YISE KUOMBA



Uno muririmvyi wacu asanzwe ari n’umurongozi mukuru wa BahoWood Company, akaba ariwo mugwi akoreramwo ibintu vy’inkino.


Share

In real size 960x960 / 124.7Kb
604 0 0.0

Added 2013-12-13 dutezeimbereumuziki

Total comments: 0
Name *:
Email *:
Code *:
Login form
Search
Site friends
  • Create a free website
  • uCoz Community
  • uCoz Textbook
  • Video Tutorials
  • Official Templates Store
  • Best Websites Examples
  • Copyright MyCorp © 2025Website builderuCoz