Thursday, 2025-01-09, 9:46 PM
DUTEZE IMBERE UMUZIKI MU BURUNDI MainSign UpLogin
Welcome Guest | RSS
Site menu
Section categories
My photos [240]
This section contains my personal photos.
My family [5]
Tag Board
Statistics

Total online: 1
Guests: 1
Users: 0
 NEWS BURUNDI ARTISTS 
Main » Photo album » My family » INDAGANO By T - MAX ft CHRIS B NI VUBA MURAWUMVA

INDAGANO By T - MAX ft CHRIS B NI VUBA MURAWUMVA

Umuririmvyi T - MAX ariko arakora Umuziki mu nshasha uzoza kw'izina INDAGANO akaba ariko arawukorana n'umuririmvyi CHRIS B WAKALI.

Abakunzi b'umuziki w'uburundi mwari mushashaye kuzokumva gishasha mu muziki w'umuririmvyi T - MAX mwitegure vuba mugiye kuzokumva akumutse ku muziki yiwe NDAGANO yakoranye n'umuririmvyi CHRIS B WAKALI. Munyuma yaho mwakunze cane umuziki NDABARAMUTSA yakoze mururimi rw'ikirundi ubunaho abazaniye uwundi ukozwe mururimi rw'ikirundi ari wo INDAGANO.

Amakuru ikinyamakuru cacu Duteze Imbere Umuziki mu Burundi gukesha umuririmvyi CHRIS B WAKALI avuga ko mu minsi iri Imbere Umuziki INDAGANO ugiye kuja ahabona ukazo ca urangura gusamirana kuri Internet hamwe no kumaradiyo y'uburundi bwacu arongera akavuga ko azoba ari Umuziki w'umutse kandi wuzuye mwo amajambo y'inkoramutima.

Ku bakunzi mukunda Umuziki wabano baririmvyi babiri T - MAX hamwe na CHRIS WAKALI mugiye kuzokumva akumutse mwashoboye kubivyumva.
In real size 384x512 / 36.5Kb
21483 0 0.0

Added 2014-08-19 dutezeimbereumuziki

Total comments: 0
Name *:
Email *:
Code *:
Login form
Search
Site friends
  • Create a free website
  • uCoz Community
  • uCoz Textbook
  • Video Tutorials
  • Official Templates Store
  • Best Websites Examples
  • Copyright MyCorp © 2025Website builderuCoz