CONCERT REDEMPTION VOICE & LAMBS OF GOD i GITEGA
IGITERAMO IGITERAMO MUZOTERAMISHWA NA LAMBS OF GODA HAMWE NA REDEMPTION VOICE MU NTARA YA GITEGA ITARIKI 17/08/2014
Bene data dusangiye ijambo ry'Imana kaze muri benshi mugiteramo kizoba kw'itari 17/08/2014 mukuzohezagirwa n'indirimbo mpimbazamana z'imigwi itandukanye yahano iwacu mu Burundi mukunda cane aho umugwi wabaririmvyi LAMBS OF GOD wo ngaho nyene mu ntara ya GITEGA uzobateramisha bidasanzwe mukubahezagira n'indirimbo zuzuye ubutumwa bw'Imana, eka nawa mugwi mukunda cane wo mugisagara ca BUJUMBURA witwa REDEMPTION izoba wishikiye ngaho mu ntara ya GITEGA mukwimfatanya hamwe namwe mukuzobateramisha mundirimbo zobo mpimbazamana mwakunze cane zirimwo ubutumwa budasanzwe nka YUGURUYE NTAWUGARA n'izindi nyinshi cane.
Twokumenyesha yuko bizoba biryoshe cane aho bazobateramisha mundirimbo zihimbaza Imana kandi zuzuyemwo ubutumwa bwinshi buzobafasha gutahura vyinshi bijanye n'ijambo ry'Imana yacu dusenga yo mw'ijuru ,LAMBS OF GOD hamwe na REDEMPTION VOICE barabitegi=uriye bimwe bitazoba vyorosha muzobahezagira gushika aho MPWEMU YERA amanuka.
Ico giteramo nkuko twamaze kubabwira kizobera mu ntara ya GITEGA mukibanza citwa KUMUGANURO ,kwinjira azoba ari amafaranga ibihumbi bitatuvyo nyene atayandi arenzi.
KAZE KAZE MURI BENSHI MUZOKWIMFATANYE HAMWE NA LAMBS OF GOD & REDEMPTION VOICE TUZOSANGIRIRE HAMWE IMIHEZAGIRO Y'IMANA BICIYE MUNDIRIMBO MPIMBAZA MANA.