FILM NSHASHA Y'ABARUNDI YITWA SUZANA 2 IRARENZE
Bakunzi b'amareresi ( MOVIE ,FILM , CINEMA ) kuvaho mwakomeye induru ati abarundi kuki badakina amareresi agenzweho akoranye ubuhinga buhanitse ubu mwaza mwabona ireresi idasanzwe ikonzwe mubuhinga bugezweho kandi bubereye.
Kubakunzi b'ireresi SUZANA 2 mwari mpumaze imyaka itari mike mutera akamo umuririmvyi akongera akaba umukinyi w'amareresi KOOK -K :
"ati abazanire SUZANA 2." yamaze kuyiza noneho birakaze!
Kubakunzi mwari murindiranye iginshika cinshi ireresi SUZANA 2 nimutanwwe kuyirabira yamaze kuja kumugaragaro mbega ireresi we iramara pe! ukuntu bayikinye ni danger eka kweri ni SUZANA.
Ukaba utari bwamenye ko woshobora guharira uwagukoreye nabi, uwakwiciye abawe ,uwakunyaze eka n'ibindi vyinshi bikunda gushikira abantu benshi bagacanamwo, irabire ireresi SUZANA 2 uheze ukuremwo icigwa kizokugirira akamoro keza mubuzima bwabwe uriko urategura mpumibano ya minsi yose
Mukunzi w'ireresi warumaze imyaka n'iyindi ukoma induru ati nshaka kugura ireresi SUZANA 2 nyaragasa kugura DVD SUZANA 2 zitarahera ama DVD kandi woba uhovye cane , harimwo impanuro nyinshi kandi zubaka , kaze dushigikire abakinyi bacu bamareresi twigurire DVD FILM SUZANA 2 amafaranga 10000 fbu.
ANDIKIRA KOOK -K kuri FACEBOOK yiwe izina ni: KOOK -K TIF AZOHEZA AKUBWIRE UKO WOYIRONKA
YIRABIRE IRERESI SUZANA UMAZE KUYIRABA UKAYISHIMA NYARAGASA KUYIGURA DVD YAYO ZITARAHERA