ISHINGURWA RY'INTWARI NELSON MANDELA MADIBA
INTWARI Y'AFRICA NELSON MANDELA MADIBA N'INTIBAGIRWA MURI AFRICA YOSE
Kuri uyu w'Imana igenekerezo rya 15 Kigarama mu gihugu ca South Africa niho bashingurana iteka umuhise Nelso Mandela Madiba incungu y'Africa yepfo aho yamfashije vyinshi cane mu ri Africa yose Imboneshakure zose zo muri Africa y'epfo zikaba ziriko zirerekana igishingurwa rya Neson Mandela ndetse hamwe no mu bindi bihugu vyose vyo kw'isi abantu bose bakaba bariko barakwirikirana iryo shingurwa .
Nkuko umuryango wa Nelson Mandela wari wasavye ko ivyuma bifata amasanamu ko vyobanza kwanza bigahagarirwa gukora kuko hari hageze ko bashira amashurwe ku ntatemwa y'umuhise NElson Mandela aho atacuma na kimwe gifata amasanamu cariko kirakora bivanye nkuko umuryango wa Nelson Mandela wari wabisavye.
Muri iryo shingurwa harwirikiye umwese arashobora kuvuga ibikorwa nyakwigendera Nelson Mandela yakoze aho ryashoboye gukuru igihugu ca Afraca y'epfo mugikoroni aho abazungu bafata abirabure nabi babakoresha ibikorwa bibaruhisha.
ITANGAZA RY'UMUKURU W'IGIHUGU CA AFRICA Y'EPFO «« JACOB ZUMA» yatanze igihe NELSON MANDELA ITWA UMUREMYI
IYINKURU IBABAJE TUZOYIGARUKAKO TUBAMENYESHA UKO ISHINGURWA RY'INTWARI Y'AFRICA NELSON MANDELA MADIBA