Latifa by BIG FIZZO ft SAT B n'umuziki nsha wabo
Munyuma yaho umuririmvyi SAT - B asavye imbabazi abaririmvyi bagenzi we harimwo umuririmvyi BIG FIZZO BURUNDIANO kumvo yuko yashaka ko umuziki w'uburundi woguma utera imbere na cane cane mubaririmvyi bacu mu BURUNDI aho yavuze ati icatumye ngira kurya mugusaba imbabazi n'uko nabona yuko twebwe abaririmvyi mu Burundi hamwe twokwiyunga hamwe mukuza turakorana imizki turihamwe nko mubindi biguhugu duhana imbibe ngaho umuziki wacu uzoja kugwego rwohejeru muri afirika n'aburaya hose.
Ikinyamakuru cacu DUTEZE IMBERE UMUZIKI MU BURUNDI ku munsi wakabiri w'itariki 29/07/2014 cumvise ko SAT - B na BIG FIZZO BURUNDIANO boba bariko barakora umuziki mu nshasha bari kumwe canciye kinyaruka gutohoza ayo makuru avuga ko boba bariko barakorana umuziki mu nshasha utari bwashobore kumenyekana izina kimaze gutohoza neza ayo makuru ca nsanzeari amakuru y'ukuri atagatotsi arimwo.
Umuziki mu nshasha SAT - B na BIG FIZZO BURUNDIANO bagiye kuzoshira kumugaragaro ubu bamaze gutangura kuwukora ukozoba witwa LATIFA , ivyo bikazotuma umuziki wacu mu Burundi werekana ishusho nziza cane gose kuko bizokwibagiza abakunzu b'uburundi bwacu benshi cane gose ya miziki yitwa ngo ama BEEF yagiye irumvikana hirya no hino itagisubira kuzokumvikana kandi.
Twokubwira ko umuririmvyi SAT - B hamwe n'umuririmvyi BIG FIZZO BURUNDIANO ubu basigaye bameze kurya kw'amahasaha yavukiye rimwe witegereje urukundo bafitaniye vyokurenga cane gose eka birateye igomwe