THE WINS AWARD BEST MALE ARTS LILL"P FROM BURUNDI
Abaririmvyi mu Burundi bakora ivyiza bishimisha abakunzi babo bikongera bigatera.
NNkuko kuwa gatantu uheze umuririmvyi LILI"P yari yabamenyesheje mu musengere ashore gutahukana ihiganwa rya AWARD BEST MALE ARTS .2014 ryariko ribera mu gihugu ca AUSTRALIA.
AAbashoboye kumusengera amasengesho yanyu Imana yarayumvinse kandi irongera irabikora nkuko mwayisavye ,LILI"P niwe yatahukanye aagashimwe ka AWARD BEST MALE ARTS 2014.
Akaba ari iteka ku gihugu c'u Burundi camwibarutse hamwe no ku barundi bose. Rikaba iteka k'umuziki mu Burundi ukaguma umenyekana mu bihugu vy'iburaya.
Munyuma yaho umuririmvyi NIYINTUNZE PRIVATO a.k. LILL'P asabiye y'uko abakunzi b'umuziki mu Burundi bamugira amasengesho agatahukana AWARD 2014 mugihu ca AUSTRALIA. Abicishije kuri facebook yacu yitwa DUTEZE IMBERE UMUZIKI MU BURUNDI.
LILL"P arabashimira mwese mwashoboye kumusengera agatahukana AWARD 2014 Best Male artist of 2014
LILL"P aravuga y'uko vyamunejereje cane gose kubona atahukana AWARD BEST MALE ARTS.
LILL" akaba asazwe aba murico gihugu nyene ca AUSTRALIA