NESTER B MANA SHIMWA : ARASHIIMIRIRA IMANA.
UMURIRIMVYI NESTER ARASHIMIRA IMANA KUVYIZA YAMUKOREYE , AKAVUGA Y'UKO IYATABA IYO MANA NIYOBA KIRIHO.
MUNTU WESE UGIRA WUMVIRIZE INO NDIRIMBO TUGUSABE WUMVIRIZE AMAJAMBO AYIGIZE MURAKOZE
Umuririmvyi NESTER B akaba ari umuririmvyi w'umurundi asanzwe aririmba Umudiho wa Reggea, Eka akaba afise indirimbo nyinshi cane gose akaba ari mubaririmvyi babarundi bashaka y'uko indirimbo zabo zoza ziravuzwa kumaradiyo mu Burundi bakabura uko bazivugirinzwa kuko kenshi babasaba amafaranga kugira indirimbo zabo zice kw'iradiyo yari yoyose hano mu BURUNDI.
UMVIRIZA UMUZIKI WIWE yise MANA SHIMWA
---------------------------------------------------------------