UMURIRIMVYI CHACK JEE AZOSHIKA MUBURUNDI LUNDI
Bakunzi b'umuziki muBURUNDI wa MURIRIMVYI CHACK JEE AZOBASHWARAMWO NGAHA MU BURUNDI KW'IGENEKEREZO RYA 14 NDAMUKIZA 2014.
UMURIRIMVYI CHACK JEE ASANZWE ARI UMURIRIMVYI ABA MUGIHUGU CA ZAMBIE , ARIKO ARITEGURIRA URUGENDO RUZOMUKURA MUR'ICO GIHUGU AZA MUBURUNDI AHO AZOFATA INDEGE KU MUNSI WA KANE WIYI NDWI TURIMWO AKAZOSHIKA NGAHO MUBURUNDI KU MUNSI WA MBERE W'INDWI IZA , AHO AZOBA AJE MUGIYERAMO NCATEGUWE NA RADIO HUMURIZA F.M KIZOBERA i GITEGA. CHACK JEE ARAMENYESHA Y'UKO AZONAKORA IBIGANIRO HAMWE N'AMARADIYO YONGAHA MUBURUNDI ATANDUKANYE. ARONGERA AKAVUGA Y'UKO AMAZE KURANGIZA URUGENDO RUZOBA RUMUZANYE MUBURUNDO AZOCA AGENDA MUGIHUGU C'UBUGANDA , Chack Jee eka azokora ibiteramo ngaha muBURUNDI BITARI BIKE.
Twobibutsa ko umuririmvyi CHACK JEE ariko arakora neza cane gose akazi k'umuziki w'u BURUNDI. nkuko mu mumenyereye mundirimbo zitandukanye nka: I LOVE YOU , INKUMI YA DANGER , HUMURIZA , eka n'izindi nyishi.
CHACK JEE YARASHOBOYE KUTWIGANIRA UKO URUGENDO RWIWE KO KUZA MUBURUNDI UKO RUTEGUWE
------------------------------------------------------------------------------------------------
Mbo urugendo rwanje! Nzova ino kuwa kane ndibaza nzoshika nka lundi hama nzotanga ibiganiro kuma radio nk 'indundi radio &renesance na humuriza y I gtg hama dimashe ncengenda kuririmba muri final ya concour de dance I gtg inyuma yaho nzocanja muri uganda ahonzohurirayo na manager avuye AUSTRALIA nkore n' indirimbo zitadeinke.