Friday, 2025-01-10, 11:47 AM
DUTEZE IMBERE UMUZIKI MU BURUNDI MainSign UpLogin
Welcome Guest | RSS
Site menu
Section categories
My photos [240]
This section contains my personal photos.
My family [5]
Tag Board
Statistics

Total online: 1
Guests: 1
Users: 0
 NEWS BURUNDI ARTISTS 
Main » Photo album » My photos » NI TEKA RIVA KU MANA BIVUGWA NA ANNICK MURUNDIKAZI

NI TEKA RIVA KU MANA BIVUGWA NA ANNICK MURUNDIKAZI

UMURIRIMVYIKAZI AKONGERA KABA AGAKORA IMPUZU Z'IBITI ARI WE ANNICK KABATESI canke MURUNDIKAZI ARASHIMIRA IMANA KUMATEKA IGUMA IMUHA.

ANNICK MURUNDIKAZI avuga ngo:
Niteka riva ku IMANA.Kwitariki 20 mars 2014,nkaba mperuka guterwa impundu,iteka na O.I.F"Organisation Internationale de la Francophonie"aho naronka CERTIFICAT des JEUNES Talents du BURUNDI kubera ico gikorwa cokuryohora,guha agaciro izompuzu zibiti.Aho rero akaririmbo kanje "TWARASHAZA" by Annick kadondora ibijanye nuwo mwambaro nakadiho kiwacu ,gasosera ugutwi kakaba kageze mwihiganwa kwi radio ISANGANIRA ,ikaba igeze muri 20 ,hakaba hasigaye gutora 10,hagakurikira itora baciye muma message téléphonique.Ego,IMANA ISHIMWE CANE.Ako karirimbo ni audio kari kuri you tube" TWARASHAZA by ANNICK MURUNDIKAZI.Amazina yanje ni Annick Kabatesi,nkaba ubwenegihugu bwanje ndi UMURUNDIKAZI.

UMVIRIZA UMUZIKI :"" TWARASHAZA ""
==============================


Numva umunezero ,amashimwe nano IMANA,ndashimira igihugu canyibarutse kunyambika umutamana,OIF,ubushikiranganji bwimico kama mu BURUNDI,AMARADIYO,AMATELEVISIYO,IBIMENYESHAMAKURU BICIYE MUNYANDIKO"JOURNAL",AMA SITE INTERNET,Abaririmvyi banteyintege nkabambika impuzu zibiti nka STEVEN SOGO,Eliane Becks Nininahazwe,Shazi HARERA ,...,ubushikiranganji bwubudandaji,ubuhiga,posita nigenzi twakoranye muguhitamwo ibikorwa nkora tugashika mugihugu ca KENYA kurata ivyiza vyuburundi,kugira tubahe ikazi iwacu,abenegihugu twunguranye ubumenye mukumpa umuco mubibazo bijanye nico gikorwa,ubushikiranji bwindero mu BURUNDI, .....nabandi nabandi batandukanye,ABANTEYE INTEGE BAMBWIRA NGO UKORA VYIZA,WAMBAYE NEZA,URINGIRAKAMARO,amajambo atanga umwete.FVS-AMADE BURUNDI yampaye akazi ,nkaboneraho kwiyungunganya.IMANA ihabwe icubahiro cane,ibambezagirire mwese,dukomeze guhana inguvu,nubu ibikorwa bikaba ariho novuga ko vyokomera,akaranga,IMICO kama,agateka ku BURUNDI.Norangiza ntera intege urwaruka ko twokwizigira mubikorwa tutibagiye ibituranga.Ubumenyi,mubituranga,turwanire kwiha akazi,nokugaha abandi Imana ihezagire igihe kigeze.NDUMUVYI wu MUKAMA,nibibe nkuko ibingombako.

Ndahimbawe,kuko nitwa KABATESI Imana ikantetesha,ikampyinisha muburyo ntazi.
In real size 768x768 / 96.5Kb
796 0 0.0

Added 2014-05-06 dutezeimbereumuziki

Total comments: 0
Name *:
Email *:
Code *:
Login form
Search
Site friends
  • Create a free website
  • uCoz Community
  • uCoz Textbook
  • Video Tutorials
  • Official Templates Store
  • Best Websites Examples
  • Copyright MyCorp © 2025Website builderuCoz