Friday, 2025-01-10, 3:51 PM
DUTEZE IMBERE UMUZIKI MU BURUNDI MainSign UpLogin
Welcome Guest | RSS
Site menu
Section categories
My photos [240]
This section contains my personal photos.
My family [5]
Tag Board
Statistics

Total online: 1
Guests: 1
Users: 0
 NEWS BURUNDI ARTISTS 
Main » Photo album » My photos » CEDRIC BANGY ati DUKURIREHO Mr RUGERINYANGE

CEDRIC BANGY ati DUKURIREHO Mr RUGERINYANGE

UMURIRIMVYI RURANGIRANWA MU MUZIKI W'IGIHUGU C'U BURUNDI ARI WE CEDRIC BANGY ARATANGAMBA YIVUYE INYUMA SABA KO BAJEJWE IGISATA C'UMUZIKI MUBURUNDI KO BOKURAHO Directeur Géneral de la culture Mr RUGERINYANGE J.M.VIANNEY KUKO NGO AGOMBA GUSUBIZA INYUMA UMUZIKI W'IGIHUGU CACU C'U BURUNDI BWACU KUKO NGO AHO GUKORA ATEZA IMBERE UMUZIKI W'AKARANGA KUBURUNDI NGO AKORA AHARANIRA INYUNGU ZIWE ASHIRA IMBERE INDA YIWE.

CEDRIC BANGY akaba yagize ati: «DUKURIREHO Directeur Géneral d la culture Mr RUGERINYANGE J.M.VIANNEY,umuziki nakaranga bikire amanyanga akora»

UMURIRIMVYI CEDRIC BANGY AKABA YABISHIKIRIJE KURI Facebook yiwe AHO BAMWE MUBAGENZI BIWE BA Facebook yaciye bagira ico babivuze ko!

UWATANGUYE KUMUBAZA CEDRIC BANGY MURI COMMENTAIRE YIWE
===========================================================
1. Leopold Nzorijana : Musamehe mwenzangu!

2. Cedric Bangy : mutama wanje Léopord,dukeneye abayobozi bashasha bashira imbere inyungu zabahinga nakaranga apana uwo ashirimbere inda yiwe

3. Abou Jay Niyonkuru :
bangy jew naho ndikure ndagushigikiy.none yoba abikora
ibigirankana,canke nukutamenya insiguro yumurongozi.hamwe yoba atazi ko umwungere mubi ayobeza inka,wumva none turiko tujahe?

4. Bigi Seven :" ndagushigikiye

5.Cedric Bangy : seven na abou ,murakoze trop

6. Umuziki Ikamara : Iciyumviro Canyu Nikizima Nanje Sintahura Nne Yoba Ibaye Iradiyo Yimico Gte Kndi Abtegtsi Bayo Atarivy Barimwo?

7. Cedric Bangy : ikamara,siradiyo ni Directeur general d la culture wamanyanga

8.Gerry Bitariho: Aruko natange imihoho ahe abazoteza imbere umuziki wi burundi.

9. Abou Jay Niyonkuru :" nubundi nuko.natange imihoho kuko ababishoboye ni benshi.hako yodutesha umwanya atuvomeza ibitazokwera.atwungukirako twirirwa ducumukura.yopfuma atuviraho.mbe urazi ko abaririmvi babarundi dukunda umuziki kandi ataco tuwukuramwo?bisigura ko hamwe tworonka abadufata mumugongo twotera imbere kandi tugateza imbere igihugu cacu.

10. Gerry Bitariho Aho asha jay uvuze ukuri nko kurima.

ABO NI BO BAGIYE BARATANGA IVYIVYUMVIRO VYABO KUKO BABONYE KO IVYO UMURIRIMVYI CEDRIC BANGY YAVUZE KO ARI UKURI, KUKO BAVUGA MUKIRUNDI ATI: " Ureka kugarura impene ikiri hapfi yamara kurenga imirambi ukabira nkayo ."

TURIBAZA Y'UKO ICO KIBAZO ABAKIJEJWE BAKIBONYE KANDI BANCUMVISE BAGIYE KUZOGITORERA UMUTIMA.
In real size 791x960 / 123.3Kb
541 0 0.0

Added 2014-05-05 dutezeimbereumuziki

Total comments: 0
Name *:
Email *:
Code *:
Login form
Search
Site friends
  • Create a free website
  • uCoz Community
  • uCoz Textbook
  • Video Tutorials
  • Official Templates Store
  • Best Websites Examples
  • Copyright MyCorp © 2025Website builderuCoz