RALLY JEO YAHINDUYE IZINA KINAMA KIN WOOD&NIN CITY
Umuririmvyi RALLY JOE akomeje gukora ibikorwa vyiza mu muziki w'uburundi akaba akunzwe cane na bantu benshi bakunda umuziki w'uburundi bwacu, mukiganiro yagiranye n'ikinyamkuru cacu DUTEZE IMBERE UMUZIKI MU BURUNDI yagize ati ndashaka kubwira abakunzi banje bose bakunda umuziki w'uburundi bwanje bwanyibarutse nashaka ndababwire ko ubu COMMUNE yacu ya KINAMA nayihaye akazina kubu star karyoshe kuvuga tugiye kuza turayita KIN WOOD &NIN CITY.
RALL JEO akaba yabandanije avuga ko aba fans biwe bose mwokwitegurira bishasha mu muziki akora kuko agiye kuzobazaniye itariki 31/08/2014 akaba atashimye kuvuga akazina ngo ni SURPRISE mukazomenya ako kazina kibintu bishasha ariko arabategura kuri yo tariki yababwiye.
Ikiganiro cacu twakoranye na RALLY JEO twasozereye atubwira ko abakunzi b'umuziki w'uburundi mwitegure bishasha biri munzira kandi muzoshima yarangije abatura akaririmbo kiwe kagizwe n'isanamu nshasha mwakunze cane ariko MBARIZA.
Kubitiza hano akajisho urabe isanamu MBARIZA