Friday, 2025-01-10, 6:00 AM
DUTEZE IMBERE UMUZIKI MU BURUNDI MainSign UpLogin
Welcome Guest | RSS
Site menu
Section categories
My photos [240]
This section contains my personal photos.
My family [5]
Tag Board
Statistics

Total online: 1
Guests: 1
Users: 0
 NEWS BURUNDI ARTISTS 
Main » Photo album » My photos » 1 SHOW MAN VIDEO ya HAPPY FAMBA KAZE MURI BENSHI

1 SHOW MAN VIDEO ya HAPPY FAMBA KAZE MURI BENSHI

Umuririmvyi HAPPY FAMBA nkuko izina ryiwe risanzwe rinsigura umunezero ( HAPPY ) munyuma yokunezerwa bidasanzwe bikongera bikaba intabwe nziza ishimishje mumuziki w'uburundi bwacu aho imboneshakure ( TRACE URBAN TV) y'igihugu ca FRANCE yirekana isanamu JIGI JIGIWE ya HAPPY FAMBA , uno muririmvyi yateguriye abakunzi b'umuziki mu Burundi igiteramo co kwigiramwo umunezero udasnzwe yabonye ko atowimariramwo wenyene.

Kaze muri benshi muri co giteramo mwateguriwe n'umuririmvyi HAPPY FAMBA kizoba itariki 14/08/2014 kuri CASINO LE CERCLE guhera igihe c'isaha zitatu z'ijoro ( 21H00' ) kwinjira azoba ari amafaranga 500Fbu , akabirya umuririmvyi HAPPY FAMBA yatumye umu DJ akomeye cane gose korera mugihugu ca FRANCE azoba yishikiye mukuzobashiriramwo imidiho itandukanye atibagiye JIGI JIGIWE izobica bigacika, DJ yitwa PAT.

Ikinyamakuru cacu DUTEZE IMBERE UMUZIKI MU BURUNDI ca raganiriye gatoya cane n'umuririmvyi HAPPY FAMBA ico yabwora aba fans bimwe mukuzoza kumushikira mugiteramo ciwe.

HAPPY FAMBA yateye akamo aba fans biwe agira ati:" Kaze muri benshi ba fans banje tuzohimbaze umunezero turi kumwe mwirabire ico umuziki w'uburundi bwacu umaze mugutera intabwe idasanzwe mugihe amasanmu yacu ariko arerekanwa mubihugu mvamakunguivyo akarorero isnamu yanje ikomejwe kwerekanwa kumboneshakure TRACE URBAN TV mugihugu c'ubufaransa ( FRANCE ) , CHANEL O yo mugihugu ca AFRIKA Y'UBUSERUKO ( South Africa ), muze twese tuzohurire kuri CASINO LE CERCLE nzobateramisha bimwe muzoshima kuko umunezero mfise muri nominsi nabonye atawo nokwimariramwo tutari kumwe namwe ba fans banje aribo mwebwe mutuma umuziki wanje ugera kuntabwe inshimishije, muramenyesha n'incuti zawe zizoze kuko zobateramisha gushika aho mutazoshaka gusubira imuhira bintu bizoba vyashushe cane gose , nobabwira ko nzoba ndikumwe n'abandi barriimvyi bazoza kushigikira duhimbaze akanyamuneza kadasanzwe.
In real size 678x960 / 143.7Kb
50568 0 0.0

Added 2014-08-08 Franck

Total comments: 0
Name *:
Email *:
Code *:
Login form
Search
Site friends
  • Create a free website
  • uCoz Community
  • uCoz Textbook
  • Video Tutorials
  • Official Templates Store
  • Best Websites Examples
  • Copyright MyCorp © 2025Website builderuCoz