VIDEWO NSHASHA LOVE CONFUSION YA CK VUBA IRAJE!
CK ABAZANIYE VIDEWO NSHASHA
Nkuko ikinyamakuru cacu Duteze Imbere Umuziki mu Burundi atako kitagira kuguma kibamenyesha amakuru y'abaririmvyi babarundi baba ngaha mu Burundi canke mpumahanga, twaratembere umuririmvyi w'umurundi asanzwe aba mugihugu citwa AMERICA dusanga ariko arakora ividewo nshasha y'umuziki yise LOVE NCONFUSION twararavye neza dusanaga ari videwo ikoranwe ubuhinga budasanzwe.
Ikiganiro twagiranye n'umuririmvyi CK aho yatwiganiye agira ati: Ndiko ndategurira aba fans banje basanzwe bakunda umuziki w'uburundi bwanyibarutse anshasha yitwa LOVE AND CONFUSION nkaba ndayisigaje iminsi mike ndayirangize ikazoca ija ahabona bashobore kuyiraba kandi ndazi yuko bazoshima cane gose kuko ntaritanze uko nshoboye nterekane twebwe abaririmvyi babarundi turi mpumahanga ko dushoboye guteza imbere umuziki muri b'ibihugu dusanzwe tubamwo vyaburaya bigatuma bimfasha igihugu cacu kumenyakana birenze.
Twasozereye ikiganiro cacu n'umuririmvyi CK atubwira ko abakunzi b'umuziki w'uburundi aho bari hose ko videwo yiwe itazoteba cane nko mu ndwi imwe izoba yamaze kuja kumugaragaro mugashobora kuyiraba.
Umviriza umuziki LOVE NAD CONFUSION agiye gushira kumugaragaro amasanamu yayo
CK