SMALL DOGG ARASHIMIRA ABAMWITAHO BOSE MU MUZIKI !
Small dogg le pygme ngo arashima cane bivuye kumutima ukuntu ikinyamakuru
Duteze Imbere Umuziki MU BURUNDI camucaguye akaba umu raper wukwezi kwi 7.kubwiwe ngo biriko biramuha icizere ninguvu nyinshi zo gukora kuko ngo bari baranigiwe mumenshi aho basohora indirimbo nyinshi ariko ntibaronke aho zivugirizwa canke bikaboneka ko atawubitayeho ariko ko ubu ibintu bishobora kuja muburyo abakora umudiho wo gutang ubutumwa rap nabo barashobora kubona ko bafise ababari inyuma.
.kubwiwe ngo biriko biramuha icizere ninguvu nyinshi zo gukora kuko ngo bari baranigiwe mumenshi aho basohora indirimbo nyinshi ariko ntibaronke aho zivugirizwa canke bikaboneka ko atawubitayeho ariko ko ubu ibintu bishobora kuja muburyo abakora umudiho wo gutang ubutumwa rap nabo barashobora kubona ko bafise ababari inyuma.yashimiye abafise umutima wo gufasha uwo wese afisimpano ariko yicaritswe hasi,yashimiye uwo wese yumva amufise kumutima,yashimiye abarapers bagenziwe bafatanije mundirimbo zakunzwe cne nka MASTER BK,WAWA,IDRISS.....Yashimiye uwumukorera izo ndirimbo ariwe FROLIS PRO(F.DONE IT PRO)
Atibagiye nabandi atokwirirwa aravuga bazi neza ko bariko baramushigikira mumugambi wiwe wo kumenyekanisha ubuzima bwa bamwe nabandi.