SMALL DOGG NABWO ASA N'ABANDI BAHANZI BA BUJUMBURA
SMALL DOGG LE PYGME ATI JEWE NDATANDUKANYE NABANDI BARIRIMVYI BOSE BO NGAHA I BUJUMBURA
Ivyo uwo mu raper asigaye akunzwe imihingo yose yigihugu yabitangaje ubw ikinyamakuru cacu DUTEZIMBERE UMUZIKI aho twamubaza kuri kazoza kiwe no kuntego ziwe,ivyo yipfuza gushikako ninzozi ziwe mubihe birimbere.
Yatwishuye ati:jew nkumuraper aririmba ubuzima,inkuru,namateka ndacafise vyinshi vyo kwiga kugira ngo menye abantu ndirimbira ivyo bankundira niryari bandyoherererwa,niryari batanyishimira.
jewe ndatandukanye nabandi baririmvyi kuko inzozi zanje sizo kuzoba umu star akomeye muburundi,inzozi zanje nizo kuzoba umuntu yatumye imitima yabenshi iruhuka,canke umuntu afisijambo ryiza mu gihugu,umuntu bose bizera,umugabo wijunja adahuruka muvyakora.mfise inzozi zo gukiza imitima myinshi ishonje,ibabaye.twamubajije ico azokora kugirango ivyo yipfuza bishoboke yatwishuye ko kubwiwe yihanganira aba promoters bagifise nkunzi mumitima yabo aho gushira imbere impano yumuntu kuko ngo hazogerigihe bakabona ivyari bikenewe.yarangije ko ingene atandukanye nabandi baririmvyi abakunzi ba rap yiwe bazovyumva neza mundirimbo ari mugusohora izoza kwizina rya INTUMWA YA 13 N'UBUSHOBOZI ivyayo azobivugako mumisiza uko azoba ariko arayikora.