Tuesday, 2024-05-07, 6:14 AM
DUTEZE IMBERE UMUZIKI MU BURUNDI MainSign UpLogin
Welcome Guest | RSS
Site menu
Tag Board
Statistics

Total online: 1
Guests: 1
Users: 0
 MAGAZINE NEWS ALL STARS BURUNDI 
« 1 2


 SPOK'S  indirimbo yiwe ya mbere  yayise 
Ndatemutse 
. Ndatemutse  fyonda ngaha urabe amasanamu yayo: 
http://dutezeimbereumu.do.am/video/vip/45/myvideo/ndatemutse_by_spok_39_s_ft_19th ikaba ari Umuziki wakunzwe cane ngaha mu Burundi munyuma yaho yaciye asohora iyindi ndiririmbo akaba yayise 

SIKO NABISANZE  umviriza ngaha iyo ndirimbo :http://dutezeimbereumu.do.am/blog/0-0-0-0-1
SPOK'S aravuga ngo: ... Read more »

Attachments: Image 1
Views: 1235 | Added by: dutezeimbereumuziki | Date: 2013-10-30

Abaririmvyi Alfred na Bernard bakunze gutazira "Nkunda abantu” baremesheje ikiganiro ku bamenyashamakuru . Bamenyesheje aho bagejeje imyiteguro yo kwitaba isabukuru SICA ryo muri Bénin. Imyiteguro araremvye ariko hariho intambamyi nyamukuru y’uburyo. Ukwizera niko bagenderako muri kino gihe isabukuru ryegereje.
Abaririmvyi batowe ngo baserukire Uburundi mw’isabukuru SICA ryo mu gihugu ca Bénin ni Alfred na Bernard. Iyi misore ibiri batazira "Nkunda abantu”(ururirimbo rwabamenyekanishije) baremesheje ikiganiro ku bamenyeshamakuru kuri uyu wa kabiri. Bamenyesheje ko imyimenyerezo yo kwitegura bayirembeje. Kukaba nkako, mw’itunganywa rishasha ry’isabukuru SICA(Star de l’Intégration de la Culture Africaine), abaririmvyi bategerejwe kuzovuza indirimbo mu buryo bumwe twita "live”. Alfred na Bernard nabo bagira bati : "Turiteguye neza kuririmba muri ubwo buryo”. Ndetse ... Read more »

Attachments: Image 1
Views: 401 | Added by: dutezeimbereumuziki | Date: 2013-10-27

Uwo muririmvyi yamuka mugihugu ca Kenya agishika yarashimye ukuntu yatumiwe.Yaranashimiye n’amaradio n’imboneshakure aho yemeza ko biri muvyafashije kugira amenyekane ngaha i Burundi ndetse bitayeho agakundwa. Amakuru yo kwizera yemeza ko abenshi mu baririmvyi b’i Burundi baronkejwe akabahasha koba kangana na 5oo.ooofbu mbere ngo hoba hariho n’abatayashikanye.Ivyo biri uko mugihe uwo Jaguar wewe yoba yahawe amahera arenga ayo kure n’iyo.Amakuru amwe amenyesha ko yoba yahawe ama miliyoni 20. Bamwe na bariya bakamenyesha ko hamwe vyoba bimeze uko kwoba ari ugusuzuguza umuririmvyi w’umurundi.Twibutse ko uyo munya Kenya yavuye kuri Podium ataririmvye bivuye ku imvo z’igitoro cakamye muri groupe electrogene.Ariko rero naho vyabonetse ko yahavuye ashavuye,ico yaragenewe coco yarakironkejwe.Mu baririmvyi twashoboye kuyaga harimwo mbere n’ibihangange baranebagura iyo ngiro bati umwaka uza ntibize bisubire ngo bazopfume igifovya nkico cose bakigabanganira abaririmvyi batari bake bo ngaha i Burundi kandi ngo bariho bashoboye kuryosha ibirori abantu bagatamba bagatarika.Akajegeza  kandi ni  uko ico gifovya coba kiruta kure ishimwe ry’uwatsinze iryo higanwa Patient Matabaro we yatsindiye imiliyoni 15.

Attachments: Image 1
Views: 403 | Added by: dutezeimbereumuziki | Date: 2013-10-25

1-10 11-13
Login form
Search
Calendar
«  May 2024  »
SuMoTuWeThFrSa
   1234
567891011
12131415161718
19202122232425
262728293031
Entries archive
Site friends
  • Create a free website
  • uCoz Community
  • uCoz Textbook
  • Video Tutorials
  • Official Templates Store
  • Best Websites Examples
  • Copyright MyCorp © 2024Website builderuCoz