Sunday, 2024-05-19, 12:18 PM
DUTEZE IMBERE UMUZIKI MU BURUNDI MainSign UpLogin
Welcome Guest | RSS
Site menu
Tag Board
Statistics

Total online: 1
Guests: 1
Users: 0
 MAGAZINE NEWS ALL STARS BURUNDI 
Main » 2013 » October » 30 » SPOK'S aravuga ati:Ndifuza gusohora indirimbo nyinshi nkuko benshi babinsaba kandi naj mbona umengo vyari bikwiye ariko iyo nibutse ishure n
1:15 AM
SPOK'S aravuga ati:Ndifuza gusohora indirimbo nyinshi nkuko benshi babinsaba kandi naj mbona umengo vyari bikwiye ariko iyo nibutse ishure n


 SPOK'S  indirimbo yiwe ya mbere  yayise 
Ndatemutse 
. Ndatemutse  fyonda ngaha urabe amasanamu yayo: 
http://dutezeimbereumu.do.am/video/vip/45/myvideo/ndatemutse_by_spok_39_s_ft_19th ikaba ari Umuziki wakunzwe cane ngaha mu Burundi munyuma yaho yaciye asohora iyindi ndiririmbo akaba yayise 

SIKO NABISANZE  umviriza ngaha iyo ndirimbo :http://dutezeimbereumu.do.am/blog/0-0-0-0-1
SPOK'S aravuga ngo:
Ndifuza gusohora indirimbo nyinshi nkuko benshi babinsaba kandi naj mbona umengo vyari bikwiye ariko iyo nibutse ishure nca ngabanya akariro mumuziki na cane cane muruyu mwaka nd'umu finaliste nzokora na examen d'etat... Nico gituma nsaba abo bose boba bamaze kudecouvra talent yanje mumuziki ko bontahura bakansabira kutagira igihababu mumuziki hama ndashimiye cane abo bose batanegliga talent yanje nabo bose bamfata mumugongo kugira ngo nanje nter'imbere, ndabashimiye cane IMANA ibampere imigisha

Attachments: Image 1
Views: 1237 | Added by: dutezeimbereumuziki
Login form
Search
Calendar
«  October 2013  »
SuMoTuWeThFrSa
  12345
6789101112
13141516171819
20212223242526
2728293031
Entries archive
Site friends
  • Create a free website
  • uCoz Community
  • uCoz Textbook
  • Video Tutorials
  • Official Templates Store
  • Best Websites Examples
  • Copyright MyCorp © 2024Website builderuCoz