Sunday, 2024-05-19, 2:15 PM
DUTEZE IMBERE UMUZIKI MU BURUNDI MainSign UpLogin
Welcome Guest | RSS
Site menu
Tag Board
Statistics

Total online: 1
Guests: 1
Users: 0
 MAGAZINE NEWS ALL STARS BURUNDI 
Main » 2013 » October » 25

Uwo muririmvyi yamuka mugihugu ca Kenya agishika yarashimye ukuntu yatumiwe.Yaranashimiye n’amaradio n’imboneshakure aho yemeza ko biri muvyafashije kugira amenyekane ngaha i Burundi ndetse bitayeho agakundwa. Amakuru yo kwizera yemeza ko abenshi mu baririmvyi b’i Burundi baronkejwe akabahasha koba kangana na 5oo.ooofbu mbere ngo hoba hariho n’abatayashikanye.Ivyo biri uko mugihe uwo Jaguar wewe yoba yahawe amahera arenga ayo kure n’iyo.Amakuru amwe amenyesha ko yoba yahawe ama miliyoni 20. Bamwe na bariya bakamenyesha ko hamwe vyoba bimeze uko kwoba ari ugusuzuguza umuririmvyi w’umurundi.Twibutse ko uyo munya Kenya yavuye kuri Podium ataririmvye bivuye ku imvo z’igitoro cakamye muri groupe electrogene.Ariko rero naho vyabonetse ko yahavuye ashavuye,ico yaragenewe coco yarakironkejwe.Mu baririmvyi twashoboye kuyaga harimwo mbere n’ibihangange baranebagura iyo ngiro bati umwaka uza ntibize bisubire ngo bazopfume igifovya nkico cose bakigabanganira abaririmvyi batari bake bo ngaha i Burundi kandi ngo bariho bashoboye kuryosha ibirori abantu bagatamba bagatarika.Akajegeza  kandi ni  uko ico gifovya coba kiruta kure ishimwe ry’uwatsinze iryo higanwa Patient Matabaro we yatsindiye imiliyoni 15.

Attachments: Image 1
Views: 405 | Added by: dutezeimbereumuziki | Date: 2013-10-25

Login form
Search
Calendar
«  October 2013  »
SuMoTuWeThFrSa
  12345
6789101112
13141516171819
20212223242526
2728293031
Entries archive
Site friends
  • Create a free website
  • uCoz Community
  • uCoz Textbook
  • Video Tutorials
  • Official Templates Store
  • Best Websites Examples
  • Copyright MyCorp © 2024Website builderuCoz