Sunday, 2024-05-19, 12:59 PM
DUTEZE IMBERE UMUZIKI MU BURUNDI MainSign UpLogin
Welcome Guest | RSS
Site menu
Tag Board
Statistics

Total online: 1
Guests: 1
Users: 0
 MAGAZINE NEWS ALL STARS BURUNDI 
Main » 2013 » October » 27

Abaririmvyi Alfred na Bernard bakunze gutazira "Nkunda abantu” baremesheje ikiganiro ku bamenyashamakuru . Bamenyesheje aho bagejeje imyiteguro yo kwitaba isabukuru SICA ryo muri Bénin. Imyiteguro araremvye ariko hariho intambamyi nyamukuru y’uburyo. Ukwizera niko bagenderako muri kino gihe isabukuru ryegereje.
Abaririmvyi batowe ngo baserukire Uburundi mw’isabukuru SICA ryo mu gihugu ca Bénin ni Alfred na Bernard. Iyi misore ibiri batazira "Nkunda abantu”(ururirimbo rwabamenyekanishije) baremesheje ikiganiro ku bamenyeshamakuru kuri uyu wa kabiri. Bamenyesheje ko imyimenyerezo yo kwitegura bayirembeje. Kukaba nkako, mw’itunganywa rishasha ry’isabukuru SICA(Star de l’Intégration de la Culture Africaine), abaririmvyi bategerejwe kuzovuza indirimbo mu buryo bumwe twita "live”. Alfred na Bernard nabo bagira bati : "Turiteguye neza kuririmba muri ubwo buryo”. Ndetse ... Read more »

Attachments: Image 1
Views: 403 | Added by: dutezeimbereumuziki | Date: 2013-10-27

Login form
Search
Calendar
«  October 2013  »
SuMoTuWeThFrSa
  12345
6789101112
13141516171819
20212223242526
2728293031
Entries archive
Site friends
  • Create a free website
  • uCoz Community
  • uCoz Textbook
  • Video Tutorials
  • Official Templates Store
  • Best Websites Examples
  • Copyright MyCorp © 2024Website builderuCoz