Monday, 2024-05-06, 4:08 PM
DUTEZE IMBERE UMUZIKI MU BURUNDI MainSign UpLogin
Welcome Guest | RSS
Site menu
Tag Board
Statistics

Total online: 1
Guests: 1
Users: 0
 MAGAZINE NEWS ALL STARS BURUNDI 
Main » 2013 » December » 12 » IMPUZU ZA GISIRIKARE ZAMBARWA NA BIG FIZZO NA LOLILO BENSHI NTIBAVYUMVA KUMWE
6:08 PM
IMPUZU ZA GISIRIKARE ZAMBARWA NA BIG FIZZO NA LOLILO BENSHI NTIBAVYUMVA KUMWE

Bimaze kuboneka ko umuririmvyi Big Fizzo na mugenzi wiwe Lolilo bafise impuzu z‘igisirikare bitabana ibiteramo. Abatari bake ntibabivugako co kimwe kumvo z’uko bitari bimenyerewe kubona umuririmvyi yambara impuzu y’intwazangabo z’igihugu mbere ifise n’amapete .
Mu giteramo ca nyuma c’ihiganwa rya Primusic, umuririmvyi Big Fizzo yaje yambaye impuzu z’igisoda bica bituma abakunzi biwe bavuga bati : "Noneho agiye yaba General nk’uko avyiyita !"


Mu giteramo ca nyuma c’ihiganwa rya Primusic, umuririmvyi Big Fizzo yaje yambaye impuzu z’igisoda bica bituma abakunzi biwe bavuga bati : "Noneho agiye yaba General nk’uko avyiyita !"

Nayo abandi bati : "Ntivyumvikana kubona umuririmvyi yambara impuzu z’intwazangabo z’igihugu, ego twese turavyemera ko uwo muririmvyi akomeye kandi afise ico amariye igihugu c’Uburundi muvy’ukuririmba, ariko kwambara gurtyo aho ntivyotuma ababibonye bashobora kubifata nko kudaha agaciro umwambaro w’intwazangabo z’igihugu ?"

Lolilo nawe izo mpuzu z’igisirikare azifise we n’umukunzi wiwe. Muri ico giteramo cabaye ku munsi wa gatandatu, yaje yambaye inkofero yazo.



Attachments: Image 1 · Image 2
Views: 1103 | Added by: dutezeimbereumuziki
Login form
Search
Calendar
«  December 2013  »
SuMoTuWeThFrSa
1234567
891011121314
15161718192021
22232425262728
293031
Entries archive
Site friends
  • Create a free website
  • uCoz Community
  • uCoz Textbook
  • Video Tutorials
  • Official Templates Store
  • Best Websites Examples
  • Copyright MyCorp © 2024Website builderuCoz