Monday, 2024-05-06, 10:17 PM
DUTEZE IMBERE UMUZIKI MU BURUNDI MainSign UpLogin
Welcome Guest | RSS
Site menu
Tag Board
Statistics

Total online: 1
Guests: 1
Users: 0
 MAGAZINE NEWS ALL STARS BURUNDI 
Main » 2014 » February » 8 » IVUKA RYA JIJI SEVEN ASHIMIRA ABANTU BOSE BAMWIPFURIJE AMAVUKA MEZA SOMA INO NKURU WUMVE NGENE BIHIBAYE
6:05 PM
IVUKA RYA JIJI SEVEN ASHIMIRA ABANTU BOSE BAMWIPFURIJE AMAVUKA MEZA SOMA INO NKURU WUMVE NGENE BIHIBAYE
UMURIRIMVYI JIJI SEVEN YARI YARAMUTSE AGIRA ISABUKURU YA MAVUKO MEZA,AHO YARI AMFISE UMENEZERO MWISHINYI UDASANZWE KUBONA IMANA YARAMURINZE AGASHOBORA KANDI KURANGIZA UMWAKA ARI MUZIMA. ABAKUNZI B'UMUZIKI WIWE BARAMUKEJEJE BAMWIPFURIZA AMAVUKO MEZA EKA BAGENDA BAVUGA IVYIZA YABAKOREYE. 
JIJI SEVEN NTIYATANZWE NAWE KUBASHIMIRA KUVYO BASHOBOYE KUMWIPFURIZA KW'ISABUKURU YIWE Y'AMAVUKO MEZA.

AMAJAMBO JIJI SEVEN YANDITSE KURI FACEBOOK YIWE ABASHIMIRA NAYA NGAHA : 

Murugendo ndimwo hano mwisi ngana kundoto Imana yashize kumutima wanje, ndamaze guhura nibibazo vyinshi, sometimes bigashika nkumva ncitse intege,kandi nimbere ndaziko ibibazo bigihari,ariko Unomunsi nibuka ivuka ryanje natahuye ikindi kintu kinini caaane.kuva ejo mwijoro naronse ama message kuri fcbk,whatsap,viber,etc.. nama appel yabantu batandukanye kandi bari mubihugu bitandukanye,bamwe bambwira ukuntu indirimbo zanje zabafashije,abandi bakambwira amajambo nigez kubabwira maze agahindura uburyo biyumvira nuburyo baribabayeho,abandi bakambwira ukuntu ndaba inspira,etc... kuvyukuri ndavye ukuntu babimbwira na nombre yabantu babimbwira,numvise bindenz caaane, sinabitahura.Vyarampaye inguvu zokubandanya urugendo na cane cane kwumva ntinye Imana caane kandi ndayubashe.Ndashimiye caaaaane abantu banshingiy izontahe,ndashimiye mwese mwanyandikiye yaba kuri phone cank fcbk munyifuriza anif nziza,ndashimiye nabashitse home kundaba,merciii sana kuri cadeaux, mes cousines et nieces thank u so much kuri surprise yanyu.Ma cherie Cynthia Namahoro, merciii saaana kuri surprise yawe,hahahaha,niwe wazanye ibintu vyama surprise,lol.My lovely BAND,ndabuze icomvuga kuri mwebw.kimwe gusa nuko Cadeau yanyu nzoyigendana ahonzobandi hose,lol.Reka ngeze ngaha amajambo mfis kumutima sinopfa ndayamaz, ariko nashaka mwese ndabashimire caaaaaane bimwe bivuye kumutima.mwanezereje trooop.Love you so much 
Views: 442 | Added by: dutezeimbereumuziki
Login form
Search
Calendar
«  February 2014  »
SuMoTuWeThFrSa
      1
2345678
9101112131415
16171819202122
232425262728
Entries archive
Site friends
  • Create a free website
  • uCoz Community
  • uCoz Textbook
  • Video Tutorials
  • Official Templates Store
  • Best Websites Examples
  • Copyright MyCorp © 2024Website builderuCoz