Sunday, 2024-05-19, 7:48 AM
DUTEZE IMBERE UMUZIKI MU BURUNDI MainSign UpLogin
Welcome Guest | RSS
Site menu
Section categories
My photos [240]
This section contains my personal photos.
My family [5]
Tag Board
Statistics

Total online: 1
Guests: 1
Users: 0
 NEWS BURUNDI ARTISTS 
Main » Photo album » My photos » SPOK'S AZORONKA DIPLOME AT'IKAZE MWESE TURYOHERWE!

SPOK'S AZORONKA DIPLOME AT'IKAZE MWESE TURYOHERWE!

Umuririmvyi SPOK'S arashimira Imana n'abavyeyi biwe bashoboye kumushira mw'isomero kugeza ho agiye kuronka urupapuro rw'umutsindo
( DIPLOME ). Arabatumiye mwese incuti abagenzi , ababanyi hamwe n'abakunzi aba fans biwe b'umuziki mukuzoza kumushigikira ku munsi udasnzwe wokuzoronka urupapuro rw''umutsi arirwo DIPLOME.SPOK'S akaba avuga ati tuzohurire kuri REMISE ya DIPLOME izobera ahitwa kuri St TROPET guhera igihe c'isaha zitanu n'igice z'umurango ( 11H30 ) ati ngo abazoba baje kumushigikira k'uwo munsi udasanzwe muzomenyeshwa aho muzobandanyiriza mukwivuna umunsase.

Twobamenyesha ko umuririmvyi SPOK'S arangije amashure yisumbuye aho Iamana imumfashije azo ca abandanya kwiga UNIVERSITY. Ikinyamakuru cacu kiramukejeje kandi Imana igume imwongera ubwenge n'ubumenyi bwinshi azobukoreshe neza.
Ijambo umuririmvyi SPOK'S yashikirije igihe yariko aratumira abazoza kumushigikira kuri REMISE ya DIPLOME yiwe.

SPOK'S ati:" Mbeg'umunezero!!!
Sinzi uko nobivuga,
Nashaka mbanz nshimir'Imana n'abavyeyi banshize mw'isomero n'uwundi uwariwe wese kuco yaterereye, mwarakoze caane.
So nashaka ndabatumir mwese abazobishobora, muzoez kunshigikira kuri REMISE ya DIPLOME yanj, izobera kuri St TROPET à partir de 11H30, aho bizobandaniriza tuzobibamenyesha hariya nyene. ok murahawe ikaze."

Umviriza umuziki mu nshasha w'muririmvyi SPOK'S yise TWOTERIMBERE
In real size 960x607 / 67.6Kb
2505 0 0.0

Added 2014-08-22 dutezeimbereumuziki

Total comments: 0
Name *:
Email *:
Code *:
Login form
Search
Site friends
  • Create a free website
  • uCoz Community
  • uCoz Textbook
  • Video Tutorials
  • Official Templates Store
  • Best Websites Examples
  • Copyright MyCorp © 2024Website builderuCoz