UMUMENYESHA AMAKURU W'UMUZIKI CHRISTIAN NSAVYE YAR
ATEYE ITEKA IGIHU C'IWE C'AMAVUKIRO ARICO C'I BURUNDI mu gihugu ca BENIN MWIHIGANWA RYA << SICA 2013>>
Nkuko twabibawiye ko turindire itsinzi iva mu gihugu ca BENIN muri ryahiganwa ryitwa :<< SICA >> Aho u Burndi bwari bwaserukiwe n'abaririmvyi babiri aribo Alfred na Benard hamwe n'umumenyesha makuru yitwa Iradukunda Christian Nsavye.
Iryo higanwa rikaba ryarangiye kuri y'itariki 22 / 11 / 2013 aho u Burundi bwashoboye gutsinda iryo higanwa biciye kubamenyesha amakuru bose bari ngaho muri BENIN.
U Burundi bukaba bwashoboye gutsinda iryo higanwa biciye kubamenyesha amakuru b'umuziki uwashoboye gutahikana iryo hiryanwa rya << SICA >> akaba ari umenyesha makuru w'umuziki wo mu Burundi ariwe Christian Nsavye iryo rikaba ari iteka ku gihugu c'u Burundi hame no mumakungu yose
Nkuko mubibona kwi PHOTO Christian Nsavye adugije hejuru agashimwe ka << SICA >> yashoboye gutahukana n'uwo ngaha atakura kuruhande rwiburyo.
Iryo rikaba ari iteka ku gihugu cacu c'i Burundi aho kiguma gitera imbere mu mahanga murazi y'uko kuja mwihinwa hanze y'igihu ko biba bitoroshe n'ukuntu usanga hari ibihugu vyinshi biba bitoroshe gutahukana ubushimwe .
u BuRUNDI AKABA ATARI IRYA MBERE BUTAHUKANA IRYO HIGANWA AHO MU MWAKA W'2011 IRYO HIGANWA RYASHOBOYE GUTAHUKANA UMURIRIMVYI Emelance Emy NIWIZERE