UWE NAMI BWANA BY SAIDO NI VIDEWO NSHASHA IJE!
Umuririmvyi SAIDO aririmba indirimbo za ( Gospel ) zihimbaza Imana, ariko arategura kuzokora VIDEWO nshasha y'umuziki yise UWE NAMI BWANA igitangaje uno muririmvyi SAIDO twobabwira ko afise impano z'Imana zikomeye cane kugira yiyumvire gukora ino VIDEWO nshasha UWE NAMI BWANA yafashe bimwe bita PIANO arayicuraranga araririmba umuziki UWE NAMI BWANA amaze guheza aca afata umwanzuro wokuzokora VIDEWO nshasha izoba ikwirikiye ALBUM nshasha agiye gukora.
Twobamenyesha ko umuririmvyi SAIDO asanzwe afise umurwi wiwe mpimbaza Mana witwa THE WORSHIPER kenshi mu miziki ya GOSPEL y'umuririmvyi SAIDO uzosanga yanditseko SAIDO THE WORSHIPER , nkuko umuririmvyi SAIDO abimenyesha avuga yuko VIDEWO yiwe nshasha UWE NAMI BWANA igiye kuzoja vuba ahabona mukazoshobora kwirabira mwongera mukuramwo ubutumwa buzoba m=buri mwiVIDEWO Uwe Nami Bwana.
Raba uko umuririmvyi SAIDO yariko aracuranga PIANO mugutegura ubutumwa bugize VIDEWO nshasha UWE NAMI BWANA.