Sunday, 2024-05-19, 9:34 AM
DUTEZE IMBERE UMUZIKI MU BURUNDI MainSign UpLogin
Welcome Guest | RSS
Site menu
Section categories
My photos [240]
This section contains my personal photos.
My family [5]
Tag Board
Statistics

Total online: 1
Guests: 1
Users: 0
 NEWS BURUNDI ARTISTS 
Main » Photo album » My photos » FINAL PRIMUSIC 2014 NI E.T.S KAMENGE KAZE MWESE !

FINAL PRIMUSIC 2014 NI E.T.S KAMENGE KAZE MWESE !

Amakuru dukesha abarongoye ihiganwa rya PRIMUSIC 2014 baratumira mwese abakunzi biryo higanwa mu birori bidasanzwe bizobera kuri E.T.S KAMENGE itariki 30/08/2014!

PRUMUSIC 2014 ati:Yemwe Yemwe; Ibirori vya Finale ya PRIMUSIC 2014 ni itariki 30/08 kuri ETS KAMENGE. Ibirori vy'imboneka Rimwe bizokwitabwa n'amaririmvyi b'ibihangange b'i Burundi na Mpuzamakungu : Dr Jose Chameleone , Farious ; Sat-B ; Matabaro, Rally Joe, Yoya,Mkombozi;Peace & Love, Steven Sogo , T-Max n'abandi. kwinjira ni 1000 fbu na 5000 fbu m'ubwugamo bw'iteka kuva igihe c'isaha indwi
( 13H ) .

Abakunzi mwese b'ihiganwa rya PRIMUSIC 2014 kaze muri benshi nuzohombe ibirori bidanzwe muzoteramishwa n'abaririmvyi b'ibihangange nka:" BIG FIZZO BURUNDIANO , SAT - B , STEVEN SOGO , T - MAX , YOYA , MKOMBOZI tutibagiye n'umuririmvyi w'igihangange muri EAST AFRICA MUSIC ari we JOSE CHAMELEONE. Bamurategura agashati n'agapantaro kagoroye bizoba ari danger pe!

Twobamenyesha ko ihiganwa rya PRIMUSIC 2014 rizosozerwa kw'itariki 30 MYANDAGARO 2014 mukuzohiganwa abaririmvyi ( kazi ) batandatu bashoboye kuronka amahigwe yo kuja muri FINAL ya PRIMUSIC 2014 aribo: "Joe Christian Irankunda , Kaze Sosthène , Akiteretse Edwuin , Olga Lorie , Christian Irankunda na Jean Papy Amissi."

Mbega mukunzi w'umuziki mu Burundi bwacu wibaza ko ari nde azotahukanya itsinzi y'amaranga 20.000.000 FBU ? hagati ya:

Number 1. OLGA

Number 2. KIKI TOURE

Number 7. AKITERETSE EDWUIN

Number 5. KAZE SOSTHENE

Number 10.CHRISTIAN IRANKUNDA

Number 12. EL PEDRO
In real size 675x960 / 228.9Kb
10695 0 0.0

Added 2014-08-22 dutezeimbereumuziki

Total comments: 0
Name *:
Email *:
Code *:
Login form
Search
Site friends
  • Create a free website
  • uCoz Community
  • uCoz Textbook
  • Video Tutorials
  • Official Templates Store
  • Best Websites Examples
  • Copyright MyCorp © 2024Website builderuCoz